gtu. 17 Uku. 2025
Remove ads
Most read


Kyoto
Kyoto (京都) ni igisagara mu Ubuyapani.
Ni igisagara ca kera kandi kijamwo ingenzi nyinshi.Mu gihe c'ici, hari hakanye cane kandi hakaba hari hakanye cane.
140 views


Chicago
Chicago( Shikago mukirundi ) ni igisagara kiri muri Illinois iri muri Leta z’Unze Ubumwe za Amerika.Uburinganire: Ibirometero kwadarato amajana atandatu na bitandatu (606km²)
Abanyagihugu: imiliyoni zibiri n'ibihumbi amajana indwi na cumi na kane n'amajana umunani na mirongo itanu na gatandatu (2.714.856 hab) mumwaka w'ibihumbi na cumi na kabiri (2012).Chicago from North Avenue Beach June 2015 panorama 2
126 views


Virus
Virus : Agahimba ntagaburwa kerekana imero y’ikintu kakagira inkomezi zo guhindura canke gusubiriza agace karanga akamere nkomoko k’ikinyabuzima.
122 views


Honduras
Honduras ni igihugu kiri muri Amerika.Abanyagihugu: 9,112,867 (2016)
Umurwa mukuru: TegucigalpaTegucigalpa, Honduras Long Exposure from Humuya Inn
Uburinganire: Ibirometero kwadarato 112,492.
106 views


Colombia
Colombia ( Korombiya mukirundi ) ni igihugu kiri kumugabane wa Amerika.Umurwa mukuru: Bogotá
Abanyagihugu: Imiliyoni mirongo ine na zitanu n'ibihumbi amajana atanu (45 500 000 hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'umunani (2018).Colombia Mapa OficialCartagena Panorama from La Popa 11 2019
78 views


Moscou
Moscou ni umurwa mukuru w'Uburusiya.Uburinganire: Ibirometero kwadarato 2.511
Abanyagihugu: 12.197.596 (2015).Bus Moscow 16416, route 825, august 2011A view of Moskva River, Tower 2000 and Bagration Bridge on 2018 April 5 (2396)
77 views


Bulgaria
Bulgaria n’igihugu muri Uburaya.Abanyagihugu: 7,101,859 (2016)
Umurwa mukuru: Sofia
Uburinganire: Ibirometero kwadarato 110,993TownHall Gabrovo
73 views


Caracas
Caracas (KARAKASI mu kirundi ) ni umurwa mukuru wa Venezuela.Uburinganire: Ibirometero kwadarato amajana indwi na mirongo irindwi na bitandatu (776km²)
Abanyagihugu: umuliyoni n'ibihumbi amajana icenda na mirongo ine na bitatu n'amajana icenda n'umwe (1 943 901) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi na rimwe (2011).Slums in Caracas, VenezuelaPanoramic view of Caracas night
71 views
Show more