2025 ugu. 10, mbe.
Remove ads
Most read


Uburundi
Burundi n'igihugu muri Afurika wawo rw'Iburasirazuba. Ibihugu bitatu bihana imbibi ni Rwanda mu majyaruguru, Tanzania mu burasirazuba na mu majyepfo, Repubulika iharanira Demokarasi ya Kongo mu burengerazuba. Uburundi ni Igihugu gifise imirwa mikuru ibiri Bujumbura umurwa mukuru w'ubutunzi, hamwe na Gitega umurwa mukuru wa politike. Ururimi rw'Abarundi ni kirundi. Abaturage babarirwa hafi ya 10,216,190,ubwo rero n’abantu 367 kuri buri kilometero karre
129 views
Show more















